
Nachfolgend der Liedtext Forgive Me Interpret: Sat-B mit Übersetzung
Originaltext mit Übersetzung
Sat-B
Hook:
Please forgive me!
My wire
Forgive me!
My wire
Please forgive me!
My wire
Please forgive me
Uburyo navyifashemwo
Nibwo bwatumye urugwamwo
Niyibagiza uwundimwo
N’ayanje Mahitamwo
Abagenzi n’incuti
Bakakubwira ubivemwo
Bati uriya muhungu ntaco
Azokuviramwo oohh
Nkagusanga mucumba nazanye inkumi
Nkakubwira wegereyo ukabikora
Ni kenshi wamfashe ukabimbabarira
Naje ndateba ndabimenyera
Narafashe umutima
Wawe ndawukoma
Imigeto ndawujomba
Urwo wankunze ruratemba
Aho ubona nje iwawe n’uko mba nje
Kugusaba imbabazi
Forgive me
Aho ubona nje iwawe n’uko mba nje
Kugusaba imbabazi
Please forgive me, forgive me
Hook:
Please forgive me!
My wire
Forgive me!
My wire
Please forgive me!
My wire
Please forgive me (x2)
I remember when i was in jail
You where there for me
End Of the day when i left
I flirt with all the pretty girls
Oh!
Let me come to you
And please do forgive me
I wouldn’t have hurt you
I don’t wanna loose you baby
Nkubita uko ushaka
Nkubita uko ushaka
Nkuhaye itama nkongere n’irindi
Sinari nkwiriye n’izi mbabazi
Ariko do it for me
Let me send a spokesman
Come to tell you
How much I’m ready
I’m ready to do it again
Again
Aho ubona nje iwawe n’uko mba nje
Kugusaba imbabazi
Forgive me
Aho ubona nje iwawe n’uko mba nje
Kugusaba imbabazi
Please forgive me, forgive me
Hook
Please forgive me!
My wire
Forgive me!
My wire
Please forgive me!
My wire
Please forgive me (x2)
Haken:
Bitte verzeih mir!
Mein Draht
Vergib mir!
Mein Draht
Bitte verzeih mir!
Mein Draht
Bitte verzeih mir
Uburyo navyifashemwo
Nibwo bwatumye urugwamwo
Niyibagiza uwundimwo
N’ayanje Mahitamwo
Atagenzi n’incuti
Bakakubwira ubivemwo
Bati uriya muhungu ntaco
Azokuviramwo oohh
Nkagusanga mucumba nazanye inkumi
Nkakubwira wegereyo ukabikora
Ni kenshi wamfashe ukabimbabarira
Naje ndateba ndabimenyera
Narafashe umutima
Wawe ndawukoma
Imigeto ndawujomba
Urwo wankunze ruratemba
Aho ubona nje iwawe n’uko mba nje
Kugusaba imbabazi
Vergib mir
Aho ubona nje iwawe n’uko mba nje
Kugusaba imbabazi
Bitte vergib mir, vergib mir
Haken:
Bitte verzeih mir!
Mein Draht
Vergib mir!
Mein Draht
Bitte verzeih mir!
Mein Draht
Bitte vergib mir (x2)
Ich erinnere mich, als ich im Gefängnis war
Du warst für mich da
Ende des Tages, an dem ich gegangen bin
Ich flirte mit all den hübschen Mädchen
Oh!
Lassen Sie mich zu Ihnen kommen
Und bitte vergib mir
Ich hätte dir nicht wehgetan
Ich will dich nicht verlieren, Baby
Nkubita uko ushaka
Nkubita uko ushaka
Nkuhaye itama nkongere n’irindi
Sinari nkwiriye n’izi mbabazi
Ariko erledigt das für mich
Lassen Sie mich einen Sprecher schicken
Kommen Sie, um es Ihnen zu sagen
Wie sehr ich bereit bin
Ich bin bereit, es noch einmal zu tun
Aufs Neue
Aho ubona nje iwawe n’uko mba nje
Kugusaba imbabazi
Vergib mir
Aho ubona nje iwawe n’uko mba nje
Kugusaba imbabazi
Bitte vergib mir, vergib mir
Haken
Bitte verzeih mir!
Mein Draht
Vergib mir!
Mein Draht
Bitte verzeih mir!
Mein Draht
Bitte vergib mir (x2)
Sat-B • 2020
Miss Erica, Sat-B • 2019
Angela Maria • 1956
Ece Seçkin • 2024
Eloy • 1992
Jam in the Van, Trash Panda • 2023
Reinaldo • 2002
Çeşitli Sanatçılar, Alp Arslan, Faruk Salgar • 2012
I$$A • 2020
Lieder in verschiedenen Sprachen
Hochwertige Übersetzungen in alle Sprachen
Finden Sie die benötigten Texte in Sekundenschnelle.